Tanzania:Prezida Magufuli yemeye ko corona yasubiye kwinjira mu gihugu

Ubuzima

Prezida John Pombe Magufuli yavuze ko abenegihugu bagiye mu mahanga kwiteza urukingo bagaruka mu gihugu banduye ubundi bwoko bw’icyorezo, bityo akaba yemeye ubwa mbere kuva mu kwezi kwa gatandatu ko hari abantu banduye icyorezo muri Tanzania.

Mu mwaka ushize prezida Magufuli yatangaje ko igihugu cye kitakirangwamwo coronavirus avuga ko amasengesho yafashije igihugu gutsinda icyo cyorezo. Ariko uyu munsi yavuze ko icyo cyorezo kinjijwe mu gihugu n’abantu bavuye hanze kwiteza inkingo.

Source: BBC

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *